caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah As-Sajda, Verse 3

Mecca · revelation order 75 · 32:3

أَمْ يَقُولُونَ ٱفْتَرَىٰهُ بَلْ هُوَ ٱلْحَقُّ مِن رَّبِّكَ لِتُنذِرَ قَوْمًا مَّآ أَتَىٰهُم مِّن نَّذِيرٍ مِّن قَبْلِكَ لَعَلَّهُمْ يَهْتَدُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAhubwo nyene rero ababangikanyamana, ntibavuga ko Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yarementanije Qor’ani! Baranguha! Ntumwa y’Imana! Ahubwo Qor’ani, ni kwo kuri wamanuriwe n’Imana yawe Rurema Allah, kugira ugabishe abantu batigeze bashikirwa hambere yawe n’Umugabisha ku bihano vy’Imana Allah, kumbure hari n’aho botumbera inzira igororotse, bagaheza bakakwemera.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70