caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Ar-Room, Verse 21

Mecca · revelation order 84 · 30:21

وَمِنْ ءَايَٰتِهِۦٓ أَنْ خَلَقَ لَكُم مِّنْ أَنفُسِكُمْ أَزْوَٰجًا لِّتَسْكُنُوٓا۟ إِلَيْهَا وَجَعَلَ بَيْنَكُم مَّوَدَّةً وَرَحْمَةً إِنَّ فِى ذَٰلِكَ لَـَٔايَٰتٍ لِّقَوْمٍ يَتَفَكَّرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBiri no mu vyemezo vyerekana ko Imana Allah Ishoboye, kuba Yarabaremeye abakenyezi mu nkomoko yanyu nyene ya kiremwa-muntu, kugira mugire ituze muri kumwe na bo, Iraheza Ishira hagati y’umugabo n’umukenyezi wiwe umutima w’impuhwe n’urukundo pfampfe. Muri ivyo vyose rero, ni ukuri harimwo ivyemezo bigaragara vyotuma abantu biyumvira, bikebuka bagatahura ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70