ثُمَّ كَانَ عَٰقِبَةَ ٱلَّذِينَ أَسَٰٓـُٔوا۟ ٱلسُّوٓأَىٰٓ أَن كَذَّبُوا۟ بِـَٔايَٰتِ ٱللَّهِ وَكَانُوا۟ بِهَا يَسْتَهْزِءُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiHanyuma iherezo ry’inkozi z’ikibi mu bagarariji, ryabaye ribi cane ku kubera ukuntu bahakana bivuye inyuma Imana Allah na Aayah zayo Yarungikanye Intumwa, baranaziteburako.