caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Aal-i-Imraan, Verse 8

Medina · revelation order 89 · 3:8

رَبَّنَا لَا تُزِغْ قُلُوبَنَا بَعْدَ إِذْ هَدَيْتَنَا وَهَبْ لَنَا مِن لَّدُنكَ رَحْمَةً إِنَّكَ أَنتَ ٱلْوَهَّابُ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBakavuga kandi batakamba bati: “Mana yacu Rurema Allah! Ntureke imitima yacu ngo ihube inyuma y’aho Uturongoreye mu nzira y’idini ryawe, duhe n’impuhwe zivuye iwawe, mu vy’ukuri Wewe Uri Bigaburo;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70