وَإِذْ قَالَتِ ٱلْمَلَٰٓئِكَةُ يَٰمَرْيَمُ إِنَّ ٱللَّهَ ٱصْطَفَىٰكِ وَطَهَّرَكِ وَٱصْطَفَىٰكِ عَلَىٰ نِسَآءِ ٱلْعَٰلَمِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ibuka igihe abamalayika bavuga bati: “Ewe Mariyamu! Mu vy’ukuri Imana Allah Yaragutoye ngo uyiyegurire, Iranakweza ingeso mbi z’ubwoko bwose, Iranagutora Iguha icubahiro mu bakenyezi bose mu gihe cawe;