caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Aal-i-Imraan, Verse 187

Medina · revelation order 89 · 3:187

وَإِذْ أَخَذَ ٱللَّهُ مِيثَٰقَ ٱلَّذِينَ أُوتُوا۟ ٱلْكِتَٰبَ لَتُبَيِّنُنَّهُۥ لِلنَّاسِ وَلَا تَكْتُمُونَهُۥ فَنَبَذُوهُ وَرَآءَ ظُهُورِهِمْ وَٱشْتَرَوْا۟ بِهِۦ ثَمَنًا قَلِيلًا فَبِئْسَ مَا يَشْتَرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ibuka n’igihe Imana Allah Yaha isezerano abahawe Igitabu Iti: “Mutegerezwa gushira mu ngiro amabwirizwa yacu ari muri Tawurati no mu Njili mwongere munayigishe abantu, kandi ntimuzohirahire ngo muyanyegeze”, baraheza bata nya sezerano inyuma y’umugongo ntibaryubahiriza, bariguza ibintu vy’igiciro gito cane mu bihendamaso vy’isi, kugira banyegeze canke bahindagure ukuri kuri muri nya Gitabu, iryo rero ni ryo guza ribi cane.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70