caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Aal-i-Imraan, Verse 122

Medina · revelation order 89 · 3:122

إِذْ هَمَّت طَّآئِفَتَانِ مِنكُمْ أَن تَفْشَلَا وَٱللَّهُ وَلِيُّهُمَا وَعَلَى ٱللَّهِ فَلْيَتَوَكَّلِ ٱلْمُؤْمِنُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMuvugishwamana! Ibuka n’ivyashikiye Bene Salima na Bene Haaritha, igihe batekerwa n’ubwoba bagashaka guhunga urugamba bari kumwe n’indyarya karuhariwe Abdullahi mwene Ubayyi, batinya guhangana n’umwansi, ariko Imana Allah Umuhagarikizi wabo Yarakinze baraheza bararinda baja ku rugamba bizeye Imana Allah. Kubera ivyo rero, abemeramana nyabuna nibishimikize gusa Imana Allah bayizere.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70