أَحَسِبَ ٱلنَّاسُ أَن يُتْرَكُوٓا۟ أَن يَقُولُوٓا۟ ءَامَنَّا وَهُمْ لَا يُفْتَنُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMbega abantu bibaza ko mu gihe bavuze bati: “Twemeye”, borekwa gutyo gusa batabanje kugeragezwa mw’iyubahirizwa ry’amabwirizwa y’Imana Allah!