وَلَا يَصُدُّنَّكَ عَنْ ءَايَٰتِ ٱللَّهِ بَعْدَ إِذْ أُنزِلَتْ إِلَيْكَ وَٱدْعُ إِلَىٰ رَبِّكَ وَلَا تَكُونَنَّ مِنَ ٱلْمُشْرِكِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbabangikanyamana, ntibakakubuze gushikiriza Aayah n’ivyemezo vy’Imana Allah inyuma y’aho Ibikumanuriye, shikiriza rero ata guhigimanga ubutumwa bw’Imana yawe Rurema Allah, kandi ntukabe mu babangikanyamana ku kintu na kimwe.