caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Qasas, Verse 83

Mecca · revelation order 49 · 28:83

تِلْكَ ٱلدَّارُ ٱلْـَٔاخِرَةُ نَجْعَلُهَا لِلَّذِينَ لَا يُرِيدُونَ عُلُوًّا فِى ٱلْأَرْضِ وَلَا فَسَادًا وَٱلْعَٰقِبَةُ لِلْمُتَّقِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIvyiza vyo muri ubwo buzima bw’inyuma yo gupfa, Tubigenera gusa abantu batagenzwa n’amanyama mu guhonyanga ukuri, no mu gukwiragiza ubwononyi kw’isi. Burya iherezo ryiza ryo kuronswa Ubwami bw’ijuru, ni iry’abagamburukiramana.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70