caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Qasas, Verse 84

Mecca · revelation order 49 · 28:84

مَن جَآءَ بِٱلْحَسَنَةِ فَلَهُۥ خَيْرٌ مِّنْهَا وَمَن جَآءَ بِٱلسَّيِّئَةِ فَلَا يُجْزَى ٱلَّذِينَ عَمِلُوا۟ ٱلسَّيِّـَٔاتِ إِلَّا مَا كَانُوا۟ يَعْمَلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbazoza rero ku musi w’izuka baremera Imana Imwe Rudende Allah, bakaba baranakoze n’ivyiza bitegetswe, bazoheza bahabwe n’Imana Allah indishi nziza cane y’Ubwami bw’ijuru. Nayo abazoza kuri nya musi barabangikanya Imana Allah baranakoze n’ivyaha, nibamenye ko abakoze ivyaha batazohembwa kiretse ku vyaha nyene bakoze.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70