caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Qasas, Verse 78

Mecca · revelation order 49 · 28:78

قَالَ إِنَّمَآ أُوتِيتُهُۥ عَلَىٰ عِلْمٍ عِندِىٓ أَوَلَمْ يَعْلَمْ أَنَّ ٱللَّهَ قَدْ أَهْلَكَ مِن قَبْلِهِۦ مِنَ ٱلْقُرُونِ مَنْ هُوَ أَشَدُّ مِنْهُ قُوَّةً وَأَكْثَرُ جَمْعًا وَلَا يُسْـَٔلُ عَن ذُنُوبِهِمُ ٱلْمُجْرِمُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiQaaruuni n’ubwishime n’akantu yabishuye ati: “Ni ukuri aya matungo, nayahawe ku bumenyi n’ubukerebutsi mfise!”. Mbega Qaaruuni, ntiyamenye ko mu vy’ukuri Imana Allah Yahoneje hambere yiwe mu migwi y’abantu, abari bafise inguvu n’amatungo menshi kumurusha! Kandi burya abanyavyaha, ntibazobazwa ku vyaha vyabo kugira bishure ku vyo Imana Allah Itazi, ahubwo bazobazwa kugira bamaramare, bateterwe.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70