نَتْلُوا۟ عَلَيْكَ مِن نَّبَإِ مُوسَىٰ وَفِرْعَوْنَ بِٱلْحَقِّ لِقَوْمٍ يُؤْمِنُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Twebwe Allah, Tukwiganira vy’ukuri ku nkuru y’ivyashikiye Musa na Firawuni, ku neza y’abantu bemera iyi Qor’ani, bakanayigendera.