caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Naml, Verse 67

Mecca · revelation order 48 · 27:67

وَقَالَ ٱلَّذِينَ كَفَرُوٓا۟ أَءِذَا كُنَّا تُرَٰبًا وَءَابَآؤُنَآ أَئِنَّا لَمُخْرَجُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbahakanye bivuye inyuma ko ata Mana Imwe Rudende Ibaho, barinamuye bati: “Ubwo none ga ntuze! Nitwamara gupfa twebwe hamwe n’abavyeyi bacu tugacika ivu, burya tuzosubizwa ubuzima nk’uko twahora kw’isi!
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70