وَلُوطًا إِذْ قَالَ لِقَوْمِهِۦٓ أَتَأْتُونَ ٱلْفَٰحِشَةَ وَأَنتُمْ تُبْصِرُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ibuka n’inkuru ya Luutwi igihe yabwira abantu biwe yarungitsweko ati: “Karashize ingani mwubahuke gukora akaranda kandi mubona inkurikizi mbi zako!