وَٱلَّذِى يُمِيتُنِى ثُمَّ يُحْيِينِ Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi na Yo Inyaka ubuzima kw’isi ngapfa, hanyuma Ikazonsubiza kandi ubuzima ku musi w’izuka, nkazuka;