وَأَنذِرْ عَشِيرَتَكَ ٱلْأَقْرَبِينَ Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Gabisha rero ku bihano vy’Imana Allah abari hafi yawe, na canecane mu muryango wawe;