كَذَّبَتْ قَوْمُ نُوحٍ ٱلْمُرْسَلِينَ Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbantu barungikiwe Intumwa Nuhu barahakanye bivuye inyuma Intumwa yabo, baca bafatwa nk’aho bahakanye Intumwa zose[4];