caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Noor, Verse 59

Medina · revelation order 102 · 24:59

وَإِذَا بَلَغَ ٱلْأَطْفَٰلُ مِنكُمُ ٱلْحُلُمَ فَلْيَسْتَـْٔذِنُوا۟ كَمَا ٱسْتَـْٔذَنَ ٱلَّذِينَ مِن قَبْلِهِمْ كَذَٰلِكَ يُبَيِّنُ ٱللَّهُ لَكُمْ ءَايَٰتِهِۦ وَٱللَّهُ عَلِيمٌ حَكِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbana banyu nibagera mu bigero, na bo nyene barabanza kudodora mu gihe cose bashatse kwinjira nk’uko abakuze babanza kudodora. Ni nk’uko nyene rero Imana Allah - Yabatomoreye ingingo zijanye n’urupfasoni rwo kudodora - Ibatomorera ivyemezo n’amabwirizwa vyayo. Burya Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose, Irazi neza ibitunganye ku baja bayo, Intungane mu vyo Ikora.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70