caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Noor, Verse 37

Medina · revelation order 102 · 24:37

رِجَالٌ لَّا تُلْهِيهِمْ تِجَٰرَةٌ وَلَا بَيْعٌ عَن ذِكْرِ ٱللَّهِ وَإِقَامِ ٱلصَّلَوٰةِ وَإِيتَآءِ ٱلزَّكَوٰةِ يَخَافُونَ يَوْمًا تَتَقَلَّبُ فِيهِ ٱلْقُلُوبُ وَٱلْأَبْصَٰرُ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIgaheza Ikaninahazwa Igatazirwa n’abagabo batigera basamazwa n’urudandazwa, canke n’amasezerano bagiranira y’ubuguzi ngo bibakure kw’ininahaza n’itaziramana no gutsimbaza isengesho no gutanga ishikanwa-bwirizwa. Ivyo vyose rero, bakabikora batinya ibihano vyo ku musi w’izuka, igihe ibiremwa vyaturumbuye amaso bigahungabana imitima;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70