قَالُوا۟ فَأْتُوا۟ بِهِۦ عَلَىٰٓ أَعْيُنِ ٱلنَّاسِ لَعَلَّهُمْ يَشْهَدُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiIndongozi muri bo zaciye zivuga ziti: “Nimurengutse Ibrahimu aheze yemange ivyo yakoze imbere y’ishengero ry’abantu, kugira babe ivyabona”.
قَالُوا۟ فَأْتُوا۟ بِهِۦ عَلَىٰٓ أَعْيُنِ ٱلنَّاسِ لَعَلَّهُمْ يَشْهَدُونَ