وَهَلْ أَتَىٰكَ حَدِيثُ مُوسَىٰٓ Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Mbega warashikiriwe n’inkuru ya Musa mwene Amrani (nyakugira amahoro y’Imana Allah), igihe yava muri Madiyani agana muri Misiri!