مِنْهَا خَلَقْنَٰكُمْ وَفِيهَا نُعِيدُكُمْ وَمِنْهَا نُخْرِجُكُمْ تَارَةً أُخْرَىٰ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiBantu! Ni mw’ivu Twabaremye, ni na ryo nyene Tuzobasubizamwo mumaze gupfa, ni na ryo nyene kandi Tuzobazuramwo ku musi w’izuka kugira muharurirwe, muheze muhemberwe ivyo mwakoze.