قَالَ كَذَٰلِكَ أَتَتْكَ ءَايَٰتُنَا فَنَسِيتَهَا وَكَذَٰلِكَ ٱلْيَوْمَ تُنسَىٰ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiImana Allah Izomwishura Iti: “Nakuzuye uri impumyi, kuko ivyemezo vyanje vyagushikiriye ukiri kw’isi uravyirengagiza, ntiwavyemera, ni nk’ukwo nyene rero Twebwe Allah Tukwirengagije kuri uno musi Tukaguta no mu muriro”.