caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 156

Medina · revelation order 87 · 2:156

ٱلَّذِينَ إِذَآ أَصَٰبَتْهُم مُّصِيبَةٌ قَالُوٓا۟ إِنَّا لِلَّهِ وَإِنَّآ إِلَيْهِ رَٰجِعُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBarya iyo bashikiwe n’ikiza baca bavuga bati: “Mu vy’ukuri, twebwe turi abaja b’Imana Allah, ni Yo Rugaba Itugaba Ikatuganza muri vyose, kandi mu vy’ukuri twebwe, tuzosubira kuri Yo nitwamara gupfa, duheze tuzuke Iduharurire, Iduhembere ivyo twakoze”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70