caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 14

Medina · revelation order 87 · 2:14

وَإِذَا لَقُوا۟ ٱلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ قَالُوٓا۟ ءَامَنَّا وَإِذَا خَلَوْا۟ إِلَىٰ شَيَٰطِينِهِمْ قَالُوٓا۟ إِنَّا مَعَكُمْ إِنَّمَا نَحْنُ مُسْتَهْزِءُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIyo bahuye n’abemeramana bavuga bati: “Twebwe twaremeye nkamwe”. Mugabo iyo bihereranye amashetani yabo (mu bahakanyi ruhebwa), bavuga bati: “Twebwe turatsimbataye mu buhakanyi hamwe na mwe. Mu vy’ukuri, twebwe turatebura gusa mu kubereka ko twemera”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70