caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 100

Medina · revelation order 87 · 2:100

أَوَكُلَّمَا عَٰهَدُوا۟ عَهْدًا نَّبَذَهُۥ فَرِيقٌ مِّنْهُم بَلْ أَكْثَرُهُمْ لَا يُؤْمِنُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMbega none igihe cose abayahudi batanze isezerano bakwiye kwubahiriza, muri bo hazokwama havamwo umugwi wihindukize kuri ryo, urihonyange! Ahubwo rero abenshi muri bo ntibemera ivyo Imana Allah Yahishuriye Intumwa yayo Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70