caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Maryam, Verse 9

Mecca · revelation order 44 · 19:9

قَالَ كَذَٰلِكَ قَالَ رَبُّكَ هُوَ عَلَىَّ هَيِّنٌ وَقَدْ خَلَقْتُكَ مِن قَبْلُ وَلَمْ تَكُ شَيْـًٔا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiUmumalayika yishuye Zakariya ati: “N’aho biri nk’ukwo ubivuze, Imana yawe Rurema Allah Yavuze Iti: “Irema rya Yahya riroroshe cane kuri Jewe. Ni ukuri, Naranakuremye wewe imbere y’irema rya Yahya kandi utari bwabeho””.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70