caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Maryam, Verse 6

Mecca · revelation order 44 · 19:6

يَرِثُنِى وَيَرِثُ مِنْ ءَالِ يَعْقُوبَ وَٱجْعَلْهُ رَبِّ رَضِيًّا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAkazotorana ubutumwa bwanje n’ubutumwa bwa Bene Yakubu; kandi ndagusavye Mana yanje Rurema Allah, Uzomugire umwana Ushimishwa n’ivyo akora, agashimwa n’abantu”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70