caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Maryam, Verse 21

Mecca · revelation order 44 · 19:21

قَالَ كَذَٰلِكِ قَالَ رَبُّكِ هُوَ عَلَىَّ هَيِّنٌ وَلِنَجْعَلَهُۥٓ ءَايَةً لِّلنَّاسِ وَرَحْمَةً مِّنَّا وَكَانَ أَمْرًا مَّقْضِيًّا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiJibrili amwishura ati: “N’aho biri nk’ukwo ubivuze, Imana yawe Rurema Allah Yavuze Iti: “Ukuguha umwana, kiroroshe cane kuri Jewe; kugira nya mwana Tuzonamugire ikimenyetso ku bantu cerekana ubushobozi n'ububasha vyanje Jewe Allah, yongere ahundagazweko impuhwe zacu, abere n’impuhwe abantu”. Iryo vuka rya Isa mwene Mariyamu rero, ryaramaze kwandikwa mu vyagezwe, ritegerezwa kuba nta gisivya”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70