وَقَالُوا۟ لَن نُّؤْمِنَ لَكَ حَتَّىٰ تَفْجُرَ لَنَا مِنَ ٱلْأَرْضِ يَنۢبُوعًا
Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbabangikanyamana bamaze kuganzwa na Qor’ani, baciye basaba ko bohabwa ibitangaro nk’uko bavyipfuza, maze bavuga bati: “Muhama! Ntiturota tukwemera namba ngo dukore ivyo ushaka, utabanje kuducira iriba ry’amazi atemba ku gataka k’igisagara ca Makka;