قُل لَّوْ كَانَ مَعَهُۥٓ ءَالِهَةٌ كَمَا يَقُولُونَ إِذًا لَّٱبْتَغَوْا۟ إِلَىٰ ذِى ٱلْعَرْشِ سَبِيلًا
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Vuga ushimangira isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah, uti: “Imana Allah, iyo Iba Ifise izindi mana biri kumwe nk’uko ababangikanyamana bavuga, nya mana zari kurondera inzira izishikana kw’iganza ry’Imana Allah Nyenubuhangamo”.