caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Israa, Verse 40

Mecca · revelation order 50 · 17:40

أَفَأَصْفَىٰكُمْ رَبُّكُم بِٱلْبَنِينَ وَٱتَّخَذَ مِنَ ٱلْمَلَٰٓئِكَةِ إِنَٰثًا إِنَّكُمْ لَتَقُولُونَ قَوْلًا عَظِيمًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBabangikanyamana! Mbega Imana yanyu Rurema Allah Yabahitiyemwo kubaha abana b’abahungu, Iraheza Yigenera mu bamalayika abana b’abakobwa! Mu vy’ukuri, mwebwe muvuga ijambo ribi cane ryo kwomekera abana b’abakobwa ku Mana Allah.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70