caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nahl, Verse 13

Mecca · revelation order 70 · 16:13

وَمَا ذَرَأَ لَكُمْ فِى ٱلْأَرْضِ مُخْتَلِفًا أَلْوَٰنُهُۥٓ إِنَّ فِى ذَٰلِكَ لَـَٔايَةً لِّقَوْمٍ يَذَّكَّرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiYaranabaremeye mw’isi ibinyabuzima bigendagenda hamwe n’ubutare, n’ibindi bintu ngirakamaro bifise amabara atandukanye, biri mu nda y’isi. Mw’irema ry’ivyo vyose rero, mu butandukane bw’amabara yavyo n’akamaro kavyo, ni ukuri harimwo icemezo kigaragara, cotuma abantu bibuka bagasenga Imana Imwe Rudende Allah batayibangikanya.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70