ٱلَّذِينَ جَعَلُوا۟ ٱلْقُرْءَانَ عِضِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbafashe Qor’ani bakayicamwo imice kugira ngo baburagize abantu kuyemera, mu kuvuga ko ari uburozi bwigendera, abandi na bo ngo ni amangetengete".
ٱلَّذِينَ جَعَلُوا۟ ٱلْقُرْءَانَ عِضِينَ