caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Ibrahim, Verse 17

Mecca · revelation order 72 · 14:17

يَتَجَرَّعُهُۥ وَلَا يَكَادُ يُسِيغُهُۥ وَيَأْتِيهِ ٱلْمَوْتُ مِن كُلِّ مَكَانٍ وَمَا هُوَ بِمَيِّتٍ وَمِن وَرَآئِهِۦ عَذَابٌ غَلِيظٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiKizogerageza kumira nya mashira n’amaraso akatari gake, bihakwa kutarengana mu muhogo kubera akanuko n’umwokero wavyo; kizohabwa n’ibihano vy’ubwoko bwose ku bihimba vy’umubiri, kugeza n’aho cipfuza gupfa ngo kiruhuke kitari bupfe; n’inyuma y’ivyo bihano vyose, kizohabwa ibindi bihano biremereye.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70