caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Ar-Ra'd, Verse 3

Medina · revelation order 96 · 13:3

وَهُوَ ٱلَّذِى مَدَّ ٱلْأَرْضَ وَجَعَلَ فِيهَا رَوَٰسِىَ وَأَنْهَٰرًا وَمِن كُلِّ ٱلثَّمَرَٰتِ جَعَلَ فِيهَا زَوْجَيْنِ ٱثْنَيْنِ يُغْشِى ٱلَّيْلَ ٱلنَّهَارَ إِنَّ فِى ذَٰلِكَ لَـَٔايَٰتٍ لِّقَوْمٍ يَتَفَكَّرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi na Yo Yaguye umubumbe w’isi kugira mushobore kuwubako, Iwuremako n’imisozi iwushigikiye nk’imambo, n’inzuzi mwikorako. No mu vyamwa vy’ubwoko bwose Yaremye amoko abirabiri; ivyera n’ivyirabura, ibisosa n’ibikata, Ituma n’ijoro rihwikira umurango bukijima. Muri ivyo vyose rero, ni ukuri harimwo ivyemezo vyotuma abantu biyumvira, bakikebuka.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70