caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Ar-Ra'd, Verse 19

Medina · revelation order 96 · 13:19

أَفَمَن يَعْلَمُ أَنَّمَآ أُنزِلَ إِلَيْكَ مِن رَّبِّكَ ٱلْحَقُّ كَمَنْ هُوَ أَعْمَىٰٓ إِنَّمَا يَتَذَكَّرُ أُو۟لُوا۟ ٱلْأَلْبَٰبِ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Mbega burya uwuzi ko ivyo wamanuriwe n’Imana yawe Rurema ari kwo kuri akakwemera, ni nk’impumyi itabona ukuri ngo ikwemere! Mu vy’ukuri, abibuka bakikebuka, ni abanyabwenge;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70