caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Yusuf, Verse 63

Mecca · revelation order 53 · 12:63

فَلَمَّا رَجَعُوٓا۟ إِلَىٰٓ أَبِيهِمْ قَالُوا۟ يَٰٓأَبَانَا مُنِعَ مِنَّا ٱلْكَيْلُ فَأَرْسِلْ مَعَنَآ أَخَانَا نَكْتَلْ وَإِنَّا لَهُۥ لَحَٰفِظُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBamaze gushika kwa se wabo, baramwiganiye ido n’ido uko vyabagendeye, baraheza bamubwira bati: “Dawe wacu! Ariko rero, umutware ngo ntazosubira kudutekerera nitwaramuka dusubiyeyo tutajanye na murumuna wacu Biniyamini. Kubera ivyo rero, uramuturungikana, gutyo batugerere imfungurwa zikwiye, hanyuma na twe mu vy’ukuri, turiyemeje kuzomucungera”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70