caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 6

Mecca · revelation order 52 · 11:6

وَمَا مِن دَآبَّةٍ فِى ٱلْأَرْضِ إِلَّا عَلَى ٱللَّهِ رِزْقُهَا وَيَعْلَمُ مُسْتَقَرَّهَا وَمُسْتَوْدَعَهَا كُلٌّ فِى كِتَٰبٍ مُّبِينٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNta kiremwa na kimwe kigendagenda kw’isi, kiretse ko Imana Allah Yakigeneye ibikibeshaho, Irazi n’aho gifise icumbi mu buzima bwo kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa, Irazi n’ahantu kizopfira, ivyo vyose kandi biranditswe ku Mana Allah mu Gitabu gitomora vyose.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70