caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 57

Mecca · revelation order 52 · 11:57

فَإِن تَوَلَّوْا۟ فَقَدْ أَبْلَغْتُكُم مَّآ أُرْسِلْتُ بِهِۦٓ إِلَيْكُمْ وَيَسْتَخْلِفُ رَبِّى قَوْمًا غَيْرَكُمْ وَلَا تَضُرُّونَهُۥ شَيْـًٔا إِنَّ رَبِّى عَلَىٰ كُلِّ شَىْءٍ حَفِيظٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNimwagenza umugongo mukirengagiza ivyo ndabararikira, ni ukuri ahanje naramaze kubashikiriza ubutumwa narungikanwe n’Imana Allah. Nimutemera rero mugasenga Imana Imwe Rudende Allah, Imana yanje Rurema Allah Izobahonya, Iheze Ibasubirize abandi bantu bayigamburukira, eka nta n’ico muzoyitwara. Mu vy’ukuri Imana yanje Rurema Allah, ni Umubungabunzi w’ibiremwa vyose.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70