caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 49

Mecca · revelation order 52 · 11:49

تِلْكَ مِنْ أَنۢبَآءِ ٱلْغَيْبِ نُوحِيهَآ إِلَيْكَ مَا كُنتَ تَعْلَمُهَآ أَنتَ وَلَا قَوْمُكَ مِن قَبْلِ هَٰذَا فَٱصْبِرْ إِنَّ ٱلْعَٰقِبَةَ لِلْمُتَّقِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Izo rero, ni zimwe mu nkuru zo muri kahise Tuguhishurira. Yaba wewe kibure abantu bawe, nta wigeze azimenya imbere yuko Tuzikubwira. Kubera ivyo rero, ihanganire ihakana n’ibangamira ry’abantu bawe; nk’uko n’Intumwa zo hambere yawe zihanganye. Mu vy’ukuri, iherezo ryiza kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa, ni iry’abagamburukiramana.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70