caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 46

Mecca · revelation order 52 · 11:46

قَالَ يَٰنُوحُ إِنَّهُۥ لَيْسَ مِنْ أَهْلِكَ إِنَّهُۥ عَمَلٌ غَيْرُ صَٰلِحٍ فَلَا تَسْـَٔلْنِ مَا لَيْسَ لَكَ بِهِۦ عِلْمٌ إِنِّىٓ أَعِظُكَ أَن تَكُونَ مِنَ ٱلْجَٰهِلِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiImana Allah Iraheza Imwishura Iti: “Ewe Nuhu! Umuhungwawe burya ntari mu muryango wawe Nagusezeraniye kuzorokora, kubera ko yaranzwe n’ibikorwa vy’igarariza ryiwe. Kubera ivyo rero, ndakwihanije kunsaba ivyo udafitiye ubumenyi, mu vy’ukuri Jewe Allah Ndaguhanura kugira ntube mu bantu b’inshirasoni batazi ivyo basaba”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70