caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 45

Mecca · revelation order 52 · 11:45

وَنَادَىٰ نُوحٌ رَّبَّهُۥ فَقَالَ رَبِّ إِنَّ ٱبْنِى مِنْ أَهْلِى وَإِنَّ وَعْدَكَ ٱلْحَقُّ وَأَنتَ أَحْكَمُ ٱلْحَٰكِمِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ho Nuhu yatakambira Imana yiwe Rurema Allah, avuga ati: “Mana yanje Rurema Allah! Mu vy’ukuri, Wari Wansezeraniye ko Urokora umuryango wanje ntuhitanwe n’isegenya, umuhungwanje na we akaba ari mu muryango wanje, kandi mu vy’ukuri isezerano ryawe ni iry’ukuri, ni na Wewe Nyene kugira ubutungane bubereye ku biremwa gusumba abacamanza bose”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70