caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 41

Mecca · revelation order 52 · 11:41

وَقَالَ ٱرْكَبُوا۟ فِيهَا بِسْمِ ٱللَّهِ مَجْر۪ىٰهَا وَمُرْسَىٰهَآ إِنَّ رَبِّى لَغَفُورٌ رَّحِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ho rero Nuhu yabwira abamwemeye ati: “Nimwurire ubwato, kw’izina ry’Imana Allah buraheza bugende mu mazi, ni no kw’izina ryayo buhagarara. Mu vy’ukuri Imana yanje Rurema Allah, ni Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70