caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Hud, Verse 101

Mecca · revelation order 52 · 11:101

وَمَا ظَلَمْنَٰهُمْ وَلَٰكِن ظَلَمُوٓا۟ أَنفُسَهُمْ فَمَآ أَغْنَتْ عَنْهُمْ ءَالِهَتُهُمُ ٱلَّتِى يَدْعُونَ مِن دُونِ ٱللَّهِ مِن شَىْءٍ لَّمَّا جَآءَ أَمْرُ رَبِّكَ وَمَا زَادُوهُمْ غَيْرَ تَتْبِيبٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtitwigeze Tubarenganya namba kuri iryo honya, ariko ni bo birenganije kw’ibangikanyamana ryabo no kugenzwa n’ubwononyi kw’isi, imana zabo rero basenga mu gishingo c’Imana Allah, nta co zabamariye ngo zibatabare igihe isezerano ry’Imana yawe Rurema Allah ryo kubahonya ryagera, eka nta n’ico zabongerereje kiretse agahombo no guhanwa.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70