caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Yunus, Verse 58

Mecca · revelation order 51 · 10:58

قُلْ بِفَضْلِ ٱللَّهِ وَبِرَحْمَتِهِۦ فَبِذَٰلِكَ فَلْيَفْرَحُوا۟ هُوَ خَيْرٌ مِّمَّا يَجْمَعُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Bwira abantu bose uti: “Ni ku mpano n’impuhwe vy’Imana Allah vyatumye Ibahitiramwo idini ry’ubwislamu”. Kubera ivyo rero, nibagire akamwemwe, kuko ivyo ni ivyiza nta ngere kuri bo, biruta amatungo bahurumbira kwegeranya.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70