caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Bayyina, Verse 8

Medina · revelation order 100 · 98:8

جَزَآؤُهُمْ عِندَ رَبِّهِمْ جَنَّٰتُ عَدْنٍ تَجْرِى مِن تَحْتِهَا ٱلْأَنْهَٰرُ خَٰلِدِينَ فِيهَآ أَبَدًا رَّضِىَ ٱللَّهُ عَنْهُمْ وَرَضُوا۟ عَنْهُ ذَٰلِكَ لِمَنْ خَشِىَ رَبَّهُۥ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiImpembo yabo ku Mana yabo Rurema Allah, ni imirima itotahaye yo mu Bwami bw’ijuru rya “Adeni”, musi y’inyubakwa n’ibiti vyabwo hatemba inzuzi, bazobubamwo ibihe bidahera, mu nema zamaho. Imana Allah Yarabashimiye ku vyo bakoze, na bo nyene barayishimiye ku mpera Yabageneye. Iyo, ni yo mpembo y’uwatinye gucumura ku Mana yiwe Rurema Allah.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70