caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah At-Tawba, Verse 63

Medina · revelation order 113 · 9:63

أَلَمْ يَعْلَمُوٓا۟ أَنَّهُۥ مَن يُحَادِدِ ٱللَّهَ وَرَسُولَهُۥ فَأَنَّ لَهُۥ نَارَ جَهَنَّمَ خَٰلِدًا فِيهَا ذَٰلِكَ ٱلْخِزْىُ ٱلْعَظِيمُ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMbega ntiziramenya ko uwo wese arwanya Imana Allah n’Intumwa yayo, yagenewe ibihano vyo mu muriro wa Jahannamu, azowubamwo ibihe bidahera! Iryo rero, ni ryo herezo ry’agasuzuguro gahebuje[20].
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70