caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah At-Tawba, Verse 6

Medina · revelation order 113 · 9:6

وَإِنْ أَحَدٌ مِّنَ ٱلْمُشْرِكِينَ ٱسْتَجَارَكَ فَأَجِرْهُ حَتَّىٰ يَسْمَعَ كَلَٰمَ ٱللَّهِ ثُمَّ أَبْلِغْهُ مَأْمَنَهُۥ ذَٰلِكَ بِأَنَّهُمْ قَوْمٌ لَّا يَعْلَمُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Nihagira uwugeramirwa mu babangikanyamana, ubuzima n’amatungo vyiwe bigahungabanywa maze akaguhungirako, uramuha ubuhungiro, maze umwakire kugira kamubere akaryo ko kwumva ukuri ku majambo y’Imana Allah ya Qor’ani; hanyuma yipfuje gusubira mu rwiwe, uramushikana mu mahoro n’umutekano nta ngere. Ivyo biri ukwo, kuko ababangikanyamana ari abantu badatahura ukuri ku vyerekeye ubwislamu.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70